Wikipedia rnwiki https://rn.wikipedia.org/wiki/Urupapuro_nyamukuru MediaWiki 1.47.0-wmf.12 first-letter Media Vyisangije Ikiyago Uwukoresha Ikiyago c'uwukoresha Wikipedia Ikiyago kuri Wikipedia Dosiye Ikiyago kw'idosiye MediaWiki Ikiyago kuri MediaWiki Ingero Ikiyago cerekeye ingero Ubufasha Ikiyago k'ubufasha Umuce Ikiyago cerekeye umuce TimedText TimedText talk Module Module talk Event Event talk Izingama ry'igitsinagabo 0 5232 27913 24007 2026-07-21T00:07:12Z InternetArchiveBot 7617 Rescuing 1 sources and tagging 0 as dead.) #IABot (v2.0.9.5 27913 wikitext text/x-wiki '''[https://www.elsan.care/fr/pathologie-et-traitement/maladies-urinaires/micropenis-causes-traitements Micropénis](indwara y'izingama ry'Igitsina )''': indwara yo kugira igitsina kidakwiye akenshi bigenda birigaragaza bukebuke ugasanga igitsinagabo kigenda kiragabanuka uko imyaka ihera aha Abo vyashikiye muntahura cane haraho bitegwa no kwikinisha ([https://www.larousse.fr/dictionnaires/francais/masturbation/49790 masturbation]),gusiramugwa nabi ,abandi nabo bakaba bavutse basanga ariko bameze. '''Ingarukambi zitegwa n'izingama ry'igitsinagabo:''' '''1.[https://web.archive.org/web/20240620150054/https://www.la-clinique-e-sante.com/blog/sexualite/reconnaitre-impuissance-sexuelle-traitement Impuissance sexuelle]''': kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse aha ni hamwe umuntu abishaka ariko igitsina kikanka gufata umurego(ntigishukwe canke niyo gishutswe mukanya gato kikakaba kiguye). Birabaza cane nkumugabo kuko bitera kwikengera, gusuzugurwa nuwo mukorana icogikorwa,nibindi. '''2.[https://www.ameli.fr/assure/sante/themes/troubles-erectiles-erection/definition-frequence-causes?__cf_chl_rt_tk=v0R4_Gy._afmodhTAryL0Bv42Eio2UegherXcNlqbkA-1718895943-0.0.1.1-5546 Perte d'érection]''': aha ni hamwe uba uri mugikogwa ukaza ubona igitsinagabo kiraguye kandi utarasohora. '''3.[https://www.msdmanuals.com/fr/accueil/probl%C3%A8mes-de-sant%C3%A9-de-l%E2%80%99homme/fonction-sexuelle-et-dysfonction-sexuelle-chez-les-hommes/%C3%A9jaculation-pr%C3%A9coce Éjaculation précoce]:''' aha nigihe ukora imibonano neza kandi ubishaka cane ndetse nigitsina cafashe umurego ariko ugasohora intanga(imbuto)mumwanya muto. Twogirako tubamenyesha ko umuntu wese adashobora kumara nimiburiburi  iminota 15 ariko ararangura amabanga mpuzabitsina Aba afise ivyo bibazo twavuze hejuru. csfiyn764vvd6exv65dczt6lfvaqjh1