Wikipedia
rnwiki
https://rn.wikipedia.org/wiki/Urupapuro_nyamukuru
MediaWiki 1.47.0-wmf.3
first-letter
Media
Vyisangije
Ikiyago
Uwukoresha
Ikiyago c'uwukoresha
Wikipedia
Ikiyago kuri Wikipedia
Dosiye
Ikiyago kw'idosiye
MediaWiki
Ikiyago kuri MediaWiki
Ingero
Ikiyago cerekeye ingero
Ubufasha
Ikiyago k'ubufasha
Umuce
Ikiyago cerekeye umuce
TimedText
TimedText talk
Module
Module talk
Event
Event talk
Aéroport international de Bujumbura
0
3935
26982
26971
2026-05-22T12:19:11Z
Dieudonne NIZEYIMANA
11450
Fixed grammar
26982
wikitext
text/x-wiki
[[File:BujumburaAirport.jpg|thumbnail|right|250px|Aéroport de Bujumbura Gakumbu]]
'''Aéroport international de Bujumbura''' ([[icongereza]]: (Ubu bacitiriye Melchior NDADAYE)''Bujumbura International Airport'') ni [[ikibuga c'indege]] kiri kubirometero 10 uvuye kumugwa mukuru w'ubutunzi ariwo [[Bujumbura]] mu [[Uburundi]].
Kikaba cuguruwe mu 1952.Italiki ya 1 Mukakaro mu 2019,niho cahindurirwa izina maze citirirwa Melchior Ndadaye, incungu ya demokarasi, umukuru w'igihugu wambere yitorewe n'abanyagihugu kuwa 1 Ruheshi mu 1993 aca agandagurwa muruwo mwaka nyene itariki ya 21 Gitugutu, inyuma y'amezi atatu Gusa ashikiriye ubutegetsi.
[[File:Aeroport_International_de_Bujumbura-Burundi.JPG|thumb|Aeroport International de Bujumbura-Burundi]]
{{Commons}}
Amwe mu mashirahamwe aharangurira imirimo twovuga nka:
* Ethiopian Airlines
* Air Burundi
* Kenya Airways
* RwandAir
* Brussels Airlines
* Uganda Airlines
* Air Tanzania
[[Category:Ibibuga c'indege]]
[[Category:Bujumbura]]
[[Category:Burundi]]
jvzh0d8yamcgtk7dj8j64fxb6snotzf
Kizito Mihigo
0
4033
26981
24750
2026-05-22T12:15:19Z
Dieudonne NIZEYIMANA
11450
Fixed grammar
26981
wikitext
text/x-wiki
'''Kizito Mihigo''' yavukiye i [[Kibeho]], igenekerezo rya 25 Mukakaro 1981, ni umuririmvyi n'umwanditsi w'indirimbo w'umunyarwanda. Mu mwaka wa 1994, yarokotse ihonyabwoko ryakorewe abatutsi. Ise wiwe, umushingantahe Buguzi Augustin, yaragandaguwe mw'iryo honyabwoko.
Yize amashure yisumbuye mw'iseminari ntoya y'i Butare mu Rwanda, aca abandanya mu mashuri y'umuziki i Buraya, mu ishure rya [[Conservatoire de Musique de Paris]] mu gihugu c'Ubufaransa.
Mihigo yamenyekanye mu ndirimbo za Ekleziya katolika, n'izindi zitanga ubutumwa bw'amahoro n'ubumwe mu Rwanda. Mu mwaka wa 2014, yarasohoye indirimbo ''Igisobanuro c'Urupfu'', abategetsi bo mu Rwanda baca barayihagarika mu gihugu cose. Mihigo yaciye afatwa n'abajejwe umutekano, yagirizwa kugirira nabi ubutegetsi n'umukuru w'igihugu [[Paul Kagame]]. Kizito Mihigo yaremeye ivyaha vyose yagirizwa aca arasaba ikigongwe.
Igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2015, yaciriwe umunyororo w'imyaka cumi.
[[File:Hon._Bamporiki_na_Kizito_Mihigo.jpg|thumb|Hon. Bamporiki na Kizito Mihigo]]
[[Category:Rwanda]]
7nthpbdpbfdhefw5x41zwhpzu7zzuwb